"Girlfriend" Lyrics
"Girlfriend" ifite amagambo mu rurimi kirundi.
"Girlfriend" ibisobanuro biva mu rurimi kirundi kandi kuri ubu ntabwo bihinduwe mubisobanuro byicyongereza.
#Girlfriend #WizDesigner
CATCH UP WITH WIZ DESIGNER ON :
Facebook :
Twitter :
Instagram:
TikTok :
@wizdesigner257/
Audio: Producted by Bedbest
M&M : Bob Pro
Video: Directed by John Elart
Story Writer: Dr Logic Jamal
Stylish: Kay - mars
For Bookings On :
wizdesignerbook@
Girlfriend Lyrics
Ntawundi mbona yoza kugusimbura girl
Ivyishimwo mvoma
Urisoko rikundwa girl
Sinzinico noguha kiruta umutima yayaya.
Urishurwe ryirukirwa nimisore yomuji mama
Mutima bimenye
isi ibimenye
Ntabundi buzima ntagufise
Ntarindijambo noba nkimfise
Mutima bimenye iiihh
Isibimenye iiih
Ntabundi buzima ntahufise
Ntarindi Jambo noba nkifise.
I got girlfreind
(U are my only one for me )
I got girl Frend
(You blow my mind yoo baby )
I got girlfriend
(Uuhhmm yéyéye)
You take my hand just for me
I got girlfriend
I love you mamaiye nana.
Couple 2
I go take uou paradise
Motema nangaye maa
You know my heart beat
niwe nikundira iyaa
Iwawe ndarwaye ndaremvye
Nshaka kumvura Mum Mum
Baby take my hands
I like your lips nweuh iyeeeh